Akajambo k'epfo
a Arthrite juvénile ni ubwoko bw’indwara idakira ya rumatizime ifata abana. Iyo ndwara iterwa n’uko abasoda b’umubiri batanguye gutera no kwonona ibihimba vy’umubiri bitarwaye, ivyo bigatuma umuntu ababara mu ngingo kandi hakavyimba.