Akajambo k'epfo
a Naho izina ry’Imana riboneka cane mu Vyanditswe vy’igiheburayo, birababaje kubona amabibiliya menshi yararikuyemwo arisubiriza amazina y’icubahiro nk’ “Uhoraho” canke “Umukama.” Ushaka kumenya n’ibindi kuri ivyo, raba urupapuro rwa 195-197 mu gitabu Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki? casohowe n’Ivyabona vya Yehova.