Akajambo k'epfo
a Iki kiganiro n’igikurikira, vyerekeye canecane abakurambere, ariko abo mw’ishengero bose barakwiye kwitwararika ibivugwamwo. Uti kubera iki? Biraremesha abavukanyi bose kubona ko bakeneye kumenyerezwa kugira ngo basahirize abandi mu bikorwa vyo mw’ishengero. Igihe ivyo bigizwe, bose barahungukira.