Akajambo k'epfo
e Harasohowe ibiganiro bifasha abo mu muryango baguma ari abizigirwa kuvyifamwo neza igihe incuti bakunda ihevye Yehova. Raba Umunara w’Inderetsi wo ku wa 1 Nyakanga 2006 urupapuro rwa 17-21, n’uwo ku wa 15 Nzero 2007 urupapuro rwa 17-20.