Akajambo k'epfo
a Muri iki kiganiro, ijambo “impunzi” ryerekeza ku bataye izabo bagahungira mu mahanga canke mu gihugu hagati, bivuye ku ntambara, ku gatotezo canke ku vyago vy’ivyaduka. Ishirahamwe riraba ivy’impunzi (HCR) rivuga ko kw’isi yose, “mu bantu 113 usanga 1 yarateshejwe urwiwe.”