ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

c Abakurambere bakimara kwumva ko hari impunzi yashitse, barakwiye kwisunga ubuyobozi buri mu gitabu Ishirahamwe rikora ivyo Yehova agomba, ikigabane ca 8, ingingo ya 30. Barashobora kwandikira ishami ryabo bakoresheje jw.org, kugira ngo ribafashe guhanahana amakuru n’ishengero iyo mpunzi yavuyemwo. Mu kurindira, barashobora kuyibaza babigiranye ukwiyubara ibijanye n’ishengero yavuyemwo be n’ubusuku bwiwe, kugira ngo bamenye ingene ivyiwe vyifashe mu vy’impwemu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika