Akajambo k'epfo
a Muri iyo ntambo bita lap, umuntu asa n’uwambaye ubusa aricara ku bibero vy’uwundi, agaca aza arizungagiza. Bivanye n’uko ibintu biba vyagenze, vyoshobora gufatwa ko ari ubuhumbu maze bikicarirwa na komite ncarubanza. Umukirisu yabigizemwo uruhara arakwiye kurondera gufashwa n’abakurambere.—Yak. 5:14, 15.