Akajambo k'epfo
d Ijambo “Ntutinye” riboneka incuro zitatu, muri Yesaya 41:10, 13 na 14. Iyo mirongo nyene irashimika cane ku vyo Yehova ubwiwe akora. Ivyo biratwereka iki kintu gihambaye: Igihe twizigiye Yehova ni ho gusa tudahagarika umutima cane.