Akajambo k'epfo
a Twarashinzwe igikorwa co kwamamaza inkuru nziza y’Ubwami no guhindura abantu abigishwa. Muri iki kiganiro turarimbura ingene tworangura ubusuku bwacu bimwe bishitse n’igihe twoba dufise intambamyi. Turabona kandi ingene tworushiriza kuba abamamaji babishoboye kandi tugahimbarwa muri ico gikorwa.