Akajambo k'epfo
b Imibavu yaturirwa kw’itaberenakulo yafatwa ko ari myeranda, kandi muri Isirayeli ya kera yakoreshwa gusa mu bijanye no gusenga Yehova. (Kuv. 30:34-38) Nta na kimwe cerekana ko abakirisu bo mu kinjana ca mbere baturira imibavu mu bijanye no gusenga.