Akajambo k'epfo
d INSOBANURO Y’ISHUSHO: Ku Musi w’impongano, umuherezi mukuru wa Isirayeli yarinjira Aheranda Rwose ajanye imibavu be n’amakara yaka umuriro kugira yuzuze ico cumba cose akamoto keza. Mu nyuma, yarasubira kwinjira Aheranda Rwose ajanye amaraso y’ishikanwa ry’igicumuro.