Akajambo k'epfo
a IBIMENYESHEJWE: Igice kivuga ngo “Rondera n’ibindi” mwoshobora kukirimburira hamwe n’umutohoji canke ntimubigire. Naho ari ukwo, igihe utegura nusome amayagwa yose yatanzwe muri ico gice, urabe n’amavidewo ahari. Ivyo bizogufasha kumenya ivyoshimisha uwo mutohoji kandi bikamufasha. Ivyo mu buhinga bwa none usanga birimwo ahantu ufyonda kugira urabe amavidewo n’ayandi mayagwa yatanzwe.