Akajambo k'epfo
a Turazi ko Umuvyeyi wacu Yehova adukunda cane, akaba ari co gituma yadushize mu muryango w’abasavyi biwe. Ivyo bituma natwe tumukunda. None twokwereka gute uwo Muvyeyi wacu ko tumukunda? Iki kiganiro kiraca irya n’ino ibintu bimwebimwe twokora.