ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

a Turakunda cane Yehova, kandi twipfuza gukora ivyo dushoboye vyose mu murimo wiwe. Ivyo vyoshobora gutuma twipfuza kwagura umurimo wacu, canke gukwiza ibisabwa kugira dushingwe amabanga yiyongereye mw’ishengero. Ariko none vyogenda gute hamwe twokora uko dushoboye kwose, mugabo ntidushobore gushika ku migambi imwimwe? Ni gute twoguma dukora vyinshi maze tukagumana umunezero? Inyishu tuyisanga mu mugani w’italanto Yezu yatanze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika