Akajambo k'epfo
d Abavukanyi babatijwe baremeshwa kwihatira gukwiza ibisabwa kugira babe abakozi b’ishengero n’abakurambere. Ushaka kumenya ivyo bisabwa, raba ikigabane ca 5 n’ica 6, mu gitabu Ishirahamwe rikora ivyo Yehova agomba.