Akajambo k'epfo
a Ku wa kabiri itariki 4 Ndamukiza 2023, abantu amamiliyoni hirya no hino kw’isi bazohimbaza Icibutso c’urupfu rwa Kristu. Abenshi azoba ari irya mbere bitavye urwo rubanza. Abandi bazoba bahari ni Ivyabona bigeze kuba ari abanyamwete ariko bari bamaze imyaka myinshi batitaba Icibutso. Bamwebamwe mu bazokwitaba urwo rubanza, bazoba barwanye urugamba rukomeye kugira ngo barwitabe. Uko ivyawe vyoba vyifashe kwose, numenye neza ko Yehova azohimbarwa n’akigoro uzogira kugira uzobe uhari.