Akajambo k'epfo
d Amakuru yobafasha murayasanga kuri jw.org no mu bitabu vyacu. Raba nk’akarorero ikiganiro kivuga ngo «Amashusho y’ibiterasoni arasambura umubano» kiri kuri jw.org; ikivuga ngo «Urashobora kunanira inyosha mbi!» co mu Munara w’Inderetsi wo ku wa 1 Ndamukiza 2014, urupapuro rwa 10-12; n’ikivuga ngo «Amashusho y’ubushegabo yoba ataco atwaye canke ni ishano?» kiri mu Munara w’Inderetsi wo ku wa 1 Myandagaro 2013, urupapuro rwa 3-7.