Akajambo k'epfo
e Raba amafoto be n’uruzitiro ruvuga ngo «Ishengero ryabakiriye gute?» Umuvukanyi yahororokewe aragira isoni zo kwinjira mu Ngoro y’Ubwami, ariko mu nyuma ararinduka akinjira. Ashitseyo baramwakirana igishika maze akaryoherwa no gusubira kwifatanya n’abandi bavukanyi.