Akajambo k'epfo
b Twisunze Bibiliya, igicumuro kidaharirwa si ubwoko kanaka bw’igicumuro. Ahubwo ni igicumuro umuntu akora abigiranye umutima ukomantaye, utuma yama arwanya Imana. Nta muntu n’umwe ashobora kumenya uwakoze ico gicumuro kiretse Yehova na Yezu.—Mrk. 3:29; Heb. 10:26, 27.