ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

a Mbere na wa mugabo w’umwizigirwa Yobu vyarashitse ararazwa ishinga n’ukuntu abandi bamubona, igihe ba bagenzi biwe batatu bamwagiriza ibinyoma. Mu ntango, igihe Yobu yabura abana biwe be n’ivyo yari atunze vyose, «ntiyigeze acumura canke ngo yagirize Imana ibintu bibi.» (Yobu 1:22; 2:10) Ariko igihe yagirizwa ibinyoma, yaciye atangura ‘kuvuga atabanje kwiyumvira.’ Yaciye yitwararika cane ivyo kweza izina ryiwe aho kweza izina ry’Imana.—Yobu 6:3; 13:​4, 5; 32:2; 34:5.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika