Akajambo k'epfo
a Nk’akarorero, mu kiganiro cerekeye inyubakwa yitwa Taj Mahal kiri mu nkoranyabumenyi imwe (Encyclopædia Britannica) hagira hati: “Yubatswe na Shah Jahān umwami w’abami wa Mughal.” Ariko si we ubwiwe yayubatse kuko nya kiganiro kivuga ko “hakoreshejwe abakozi barenga 20.000” mu kuyubaka.