Akajambo k'epfo
b Muri iyo mirongo yatanzwe, Bibiliya zimwezimwe zikoresha amajambo ngo “uwutsinda,” “uwurokora,” “umuhizi,” “indongozi” canke mbere ngo “umuntu” aho gukoresha “umukiza.” Ariko, mu gisomwa c’igiheburayo co mu ntango, iryo jambo nyene rirakoreshwa kuri abo barokozi b’abantu, nk’uko rikoreshwa ahandi muri Bibiliya igihe ivuga ko Yehova Imana ari Umukiza.—Zaburi 7:10.