Akajambo k'epfo
a Mu kudondora ingene ubwo bwato bwangana, Bibiliya ikoresha amatambwe. Igitabu kimwe kivuga ko itambwe Abaheburayo bakoresha ryangana na santimetero 44,45.—The Illustrated Bible Dictionary, Integuro yasubiwemwo, Igice ca 3, urupapuro rwa 1635.