Akajambo k'epfo
c Ubwami bw’Imana, ubwitwa kandi “Ubwami bwo mw’ijuru,” ni intwaro yo mw’ijuru. (Matayo 10:7; Ivyahishuwe 11:15) Imana yagenye Kristu ngo abe Umwami w’ubwo Bwami. Ubwami bw’Imana buzotuma ivyo Imana igomba bikorwa kw’isi. (Daniyeli 2:44; Matayo 6:10) Ushaka ayandi makuru, raba ikiganiro kivuga ngo “Ubwami bw’Imana ni iki?”