Kigarama Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 8 Kigarama Turyohore ubuhanga bwacu mu busuku—Kwerekana ukuntu inyigisho ya Bibiliya igirwa hakoreshejwe igitabu Ivyo Bibiliya yigisha Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 15 Kigarama Kuyobora inyigisho za Bibiliya zitera imbere Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 22 Kigarama Ishure ryo mu 2015 rizodufasha kuryohora ukuntu twigisha Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 29 Kigarama Nusangire n’abandi “ibintu vyiza” mu kuba umwakiranyi (Mat. 12:35a) Isubiramwo ryo mw’Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi Indirimbo nshasha zo gushemeza Imana! Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 5 Nzero Amatangazo Ingene twotanguza ibiyago Ibikurubikuru vyo mu murimo wo mu ndimiro