Rusama Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu, Rusama-Ruheshi 2022 2-8 Rusama UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA Ubuhinga Dawidi yakoresha mu ntambara 9-15 Rusama UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA Niwikomeze biciye kuri Yehova Imana yawe 16-22 Rusama UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA Twigira iki ku “Karirimbo k’intimba k’Umuheto”? UBUZIMA BW’UMUKIRISU “Urukundo . . . ntirunezererwa ibitagororotse” UBUZIMA BW’UMUKIRISU “Urukundo . . . rwizigira vyose” 23-29 Rusama UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA Nugume utinya gukora ibidahimbara Yehova UBUZIMA BW’UMUKIRISU Wokwitegurira gute igihe c’imigumuko? 30 Rusama–5 Ruheshi UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA Yehova agiranira isezerano na Dawidi UBUZIMA BW’UMUKIRISU Mu ndimiro nukoreshe ibintu biheruka kuba 6-12 Ruheshi UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA Dawidi yaragaragaje urukundo rudahemuka 13-19 Ruheshi UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA Ntureke ngo ivyipfuzo bibi bikuganze UBUZIMA BW’UMUKIRISU Nugume ucungera ivyipfuzo vyawe 20-26 Ruheshi UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA Ubwikunzi bwa Amunoni bwarakweze ingorane UBUZIMA BW’UMUKIRISU Nukoreshe igitabu “Urashobora kwiberaho ibihe bidahera” kugira ufashe abandi kwizera Yehova na Yezu 27 Ruheshi–3 Mukakaro UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA Abusalomu yaragararije kubera ubwibone UBUZIMA BW’UMUKIRISU “Urukundo . . . ntirwivyimvya” NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO Ingene twotanguza ibiyago