Munyonyo Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu, Munyonyo-Kigarama 2023 6-12 Munyonyo UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA «Iyo umuntu apfuye, mbega yosubira kubaho?» UBUZIMA BW’UMUKIRISU «Nurabe ico ushira ku ruhande» 13-19 Munyonyo UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA Ntiwigane Elifazi igihe uremesha abandi 20-26 Munyonyo UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA Ntiwigere uheba abo musangiye ukwizera UBUZIMA BW’UMUKIRISU Intunganyo yo kuremesha abanyabeteli 27 Munyonyo–3 Kigarama UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA Ubugororotsi ntibubonekera ku butunzi UBUZIMA BW’UMUKIRISU «Mubumbwe n’ibintu mufise ubu» 4-10 Kigarama UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA «Mbega umuntu hari ico yomarira Imana?» UBUZIMA BW’UMUKIRISU Bavyeyi, nimwigishe abana banyu ingene bonezereza Yehova 11-17 Kigarama UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA Gutungana ntibisaba ko umuntu aba atagira agasembwa UBUZIMA BW’UMUKIRISU Gutungana mu vyo twiyumvira 18-24 Kigarama UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA Woba uzwi neza nka Yobu? UBUZIMA BW’UMUKIRISU Ico noterera kugira tugume tuvugwa neza 25-31 Kigarama UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA Ingene Yobu yagumye atanduye UBUZIMA BW’UMUKIRISU Igituma amasanamu y’ibiterasoni ari mabi NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO Ingene twotanguza ibiyago