ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 13
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Guharura: ibirimwo

      • Abasumyi b’urusaku 12 barungikwa i Kanani (1-24)

      • Cumi muri bo bashikiriza amakuru mabi (25-33)

Guharura 13:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «gutata.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 18:25; Gus 1:15
  • +Gus 1:22, 23

Guharura 13:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 12:16; Gus 1:19

Guharura 13:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 13:30; 14:30, 38; 34:18, 19; 1Ng 4:15

Guharura 13:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 11:28; 13:16; 14:30; 34:17

Guharura 13:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 48:5
  • +It 48:17, 19

Guharura 13:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «Yehoshuwa.» Iryo zina risobanura ngo «Yehova arakiza.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 17:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2002, rup. 11

Guharura 13:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 1:7

Guharura 13:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 3:8; Gus 8:7

Guharura 13:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 9:25; Ezk 20:6
  • +Gus 31:6; Yos 1:6, 9
  • +Gh 13:23

Guharura 13:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ku bwinjiriro bwa Hamati.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 34:2, 3; Yos 15:1
  • +2Sm 10:6, 8
  • +Gh 34:8

Guharura 13:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 13:18; Yos 15:13; 21:11, 12
  • +Abc 1:10
  • +Gus 9:1, 2; Yos 11:21

Guharura 13:23

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «mu mubande.»

  • *

    Canke «umusoko w’inzabibu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 32:9
  • +Gus 1:25; 8:7-9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2006, rup. 16

Guharura 13:24

Utujambo tw'epfo

  • *

    Iryo zina risobanura ngo «umusoko w’inzabibu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 1:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2006, rup. 16

Guharura 13:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 14:33, 34

Guharura 13:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 1:19

Guharura 13:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 3:8; Lw 20:24
  • +Gus 1:25

Guharura 13:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 13:22, 33; Gus 1:27, 28

Guharura 13:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 36:12; Kv 17:8; 1Sm 15:3
  • +Gh 13:17
  • +Abc 1:21; 2Sm 5:6, 7
  • +It 10:15, 16
  • +Kv 23:23; Gus 7:1; 20:17
  • +It 10:19

Guharura 13:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 14:7, 8

Guharura 13:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 32:9

Guharura 13:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 14:36
  • +Am 2:9

Guharura 13:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 1:28; 9:1, 2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2011, rup. 10-11

    1/10/2006, rup. 16

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Guh. 13:2Kv 18:25; Gus 1:15
Guh. 13:2Gus 1:22, 23
Guh. 13:3Gh 12:16; Gus 1:19
Guh. 13:6Gh 13:30; 14:30, 38; 34:18, 19; 1Ng 4:15
Guh. 13:8Gh 11:28; 13:16; 14:30; 34:17
Guh. 13:11It 48:5
Guh. 13:11It 48:17, 19
Guh. 13:16Kv 17:9
Guh. 13:17Gus 1:7
Guh. 13:18Kv 3:8; Gus 8:7
Guh. 13:20Neh 9:25; Ezk 20:6
Guh. 13:20Gus 31:6; Yos 1:6, 9
Guh. 13:20Gh 13:23
Guh. 13:21Gh 34:2, 3; Yos 15:1
Guh. 13:212Sm 10:6, 8
Guh. 13:21Gh 34:8
Guh. 13:22It 13:18; Yos 15:13; 21:11, 12
Guh. 13:22Abc 1:10
Guh. 13:22Gus 9:1, 2; Yos 11:21
Guh. 13:23Gh 32:9
Guh. 13:23Gus 1:25; 8:7-9
Guh. 13:24Gus 1:24
Guh. 13:25Gh 14:33, 34
Guh. 13:26Gus 1:19
Guh. 13:27Kv 3:8; Lw 20:24
Guh. 13:27Gus 1:25
Guh. 13:28Gh 13:22, 33; Gus 1:27, 28
Guh. 13:29It 36:12; Kv 17:8; 1Sm 15:3
Guh. 13:29Gh 13:17
Guh. 13:29Abc 1:21; 2Sm 5:6, 7
Guh. 13:29It 10:15, 16
Guh. 13:29Kv 23:23; Gus 7:1; 20:17
Guh. 13:29It 10:19
Guh. 13:30Yos 14:7, 8
Guh. 13:31Gh 32:9
Guh. 13:32Gh 14:36
Guh. 13:32Am 2:9
Guh. 13:33Gus 1:28; 9:1, 2
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Guharura 13:1-33

Guharura

13 Yehova abwira Musa ati: 2 «Rungika abagabo baje gusuma urusaku* mu gihugu ca Kanani ngira mpe Abisirayeli. Uzorungika umugabo umwumwe ku muryango, kandi umwe wese muri bo akwiye kuba ari umukuru+ mu muryango iwabo+.»

3 Musa aca arabarungika, bagenda bavuye mu bugaragwa bw’i Parani+, yisunze itegeko rya Yehova. Abo bagabo bose bari abakuru b’Abisirayeli. 4 Aya ni yo mazina yabo: mu muryango wa Rubeni, yari Shamuwa umuhungu wa Zakuri. 5 Mu muryango wa Simeyoni, yari Shafati umuhungu wa Hori. 6 Mu muryango wa Yuda, yari Kalebu+ umuhungu wa Yefune. 7 Mu muryango wa Isakari, yari Igali umuhungu wa Yozefu. 8 Mu muryango wa Efurayimu, yari Hosheya+ umuhungu wa Nuni. 9 Mu muryango wa Benyamini, yari Paliti umuhungu wa Rafu. 10 Mu muryango wa Zabuloni, yari Gadiyeli umuhungu wa Sodi. 11 Mu muryango wa Yozefu+, ku ruhande rw’umuryango wa Manase+, yari Gadi umuhungu wa Susi. 12 Mu muryango wa Dani, yari Amiyeli umuhungu wa Gemali. 13 Mu muryango wa Asheri, yari Seturi umuhungu wa Mikayeli. 14 Mu muryango wa Nafutali, yari Nahibi umuhungu wa Vofusi. 15 Mu muryango wa Gadi na ho yari Geweli umuhungu wa Maki. 16 Ayo ni yo mazina y’abagabo Musa yarungitse gusuma urusaku muri ico gihugu. Musa aca aha izina Hosheya umuhungu wa Nuni, maze amwita Yosuwa*+.

17 Igihe Musa yabarungika gusuma urusaku mu gihugu ca Kanani, yababwiye ati: «Nimuduge i Negebu hanyuma muje mu misozi+. 18 Muzorabe ukuntu ico gihugu kimeze+, ko abantu baba muri co bakomeye canke badakomeye, ko ari bake canke benshi, 19 ko ico gihugu ari ciza canke kibi, be n’uko ibisagara babamwo bizitijwe impome canke bitazitijwe impome. 20 Muzorabe kandi ko ico gihugu cimbuka canke kitimbuka+ be n’uko hariyo ibiti canke ata biriyo. Muzorinduke+, muze muzanye ku vyamwa vyo muri ico gihugu.» Ico gihe hari hageze kwimbura inzabibu zeze ubwa mbere+.

21 Baca baraduga, bagenda barihweza ico gihugu, kuva mu bugaragwa bwa Zini+ gushika i Rehobu+ hafi y’i Lebo-Hamati*+. 22 Nuko baduga i Negebu maze bashika i Heburoni+, ari na ho haba Ahimani, Sheshayi na Talimayi+, kandi abo bose bakomoka kuri Anaki+. (Heburoni yari yubatswe imyaka indwi imbere ya Zowani yo mu Misiri.) 23 Bashitse mu mwonga* wa Eshikoli+, baca bavuna ishami ririko inzabibu*. Babiri muri bo baca baritwara ku kibando, batwara n’amakomamanga makeyi hamwe n’insukoni nkeyi+. 24 Aho hantu baca bahita umwonga wa Eshikoli*+, kubera iryo shami ririko inzabibu Abisirayeli bahaciye.

25 Haheze imisi 40+, baca baragaruka bavuye gusuma urusaku muri ico gihugu. 26 Bagaruka i Kadeshi+ mu bugaragwa bw’i Parani, basangaho Musa na Aroni n’ishengero ryose ry’Abisirayeli. Baraheza bashikiriza raporo ishengero ryose ry’Abisirayeli, babereka n’ivyamwa bakuye muri ico gihugu. 27 Bamenyesha Musa bati: «Twarashitse mu gihugu waturungitsemwo, kandi vy’ukuri gitemba amata n’ubuki+. Ehe raba n’ivyamwa twakuyeyo+. 28 Ariko rero, abantu bo muri ico gihugu barakomeye kandi ibisagara vyaho bikingijwe impome ni binini cane. Twarabonyeyo n’abantu bakomoka kuri Anaki+. 29 Abamaleki+ baba mu ntara ya Negebu+. Abaheti, Abayebusi+ n’Abamori+ baba mu misozi yaho, Abanyakanani+ na bo baba iruhande y’ikiyaga+ no ku nkengera y’uruzi Yorodani.»

30 Kalebu aca agerageza guhoyahoya abo bantu bari bahagaze imbere ya Musa, ababwira ati: «Ingo tuduge ubu nyene kandi nta kabuza turahigarurira. Turashobora kubatsinda+!» 31 Ariko abagabo bari baduganye na we baca bavuga bati: «Ntidushobora kuduga kurwanya abo bantu, kuko bakomeye kuturusha+.» 32 Baguma bashikiriza Abisirayeli amakuru mabi+ yerekeye igihugu bari bagiye kugenzura, bavuga bati: «Igihugu twaciyemwo tukigenzura ni igihugu kimira abakibamwo, kandi abantu bose twabonyeyo ni ibigabo birebire cane+. 33 Twarabonyeyo Abanefili, abahungu ba Anaki+ bakomoka ku Banefili. Imbere yabo wamengo turi uduhori, kandi na bo nyene ni ko batubona.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika