ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 47
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi: ibirimwo

      • Imana ni Umwami w’isi yose

        • «Yehova arateye ubwoba» (2)

        • Nimuririmbire Imana amashemezo (6, 7)

Zaburi 47:akajambo k’intangamarara

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 20:19

Zaburi 47:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 76:12
  • +Zb 22:28

Zaburi 47:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 33:29

Zaburi 47:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 9:5
  • +Gus 7:6; Mal 1:2

Zaburi 47:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «amahembe y’impfizi z’intama», «inzumbete.»

Zaburi 47:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «nimucurarangire Imana.»

Zaburi 47:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ugutahura kwimbitse.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 10:7; Zk 14:9

Zaburi 47:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 16:31; Zb 96:10; 97:1; Ivh 19:6

Zaburi 47:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ku nkinzo.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 97:9

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 47:akajambo k’intangamarara2Ng 20:19
Zab. 47:2Zb 76:12
Zab. 47:2Zb 22:28
Zab. 47:3Gus 33:29
Zab. 47:4Gus 9:5
Zab. 47:4Gus 7:6; Mal 1:2
Zab. 47:7Yr 10:7; Zk 14:9
Zab. 47:81Ng 16:31; Zb 96:10; 97:1; Ivh 19:6
Zab. 47:9Zb 97:9
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Zaburi 47:1-9

Zaburi

Ku mukuru w’abaririmvyi. Ni zaburi y’abahungu ba Kora+.

47 Mwa mahanga mwese, nimukome amashi.

Nimuvugirize impundu Imana munezerewe.

 2 Kuko Yehova Imana Musumbavyose ateye ubwoba+.

Ni Umwami ahambaye kw’isi yose+.

 3 Atuma tuganza imigwi y’abantu,

agatuma dutsinda amahanga+.

 4 Aduhitiramwo intoranwa yacu+,

iyo Yakobo umukunzi wiwe yishimira+. (Sela*)

 5 Imana yaduze impundu ziriko zirasamirana.

Yehova yaduze inzamba* ziriko ziravuga.

 6 Nimuririmbire Imana amashemezo*, nimuyiririmbire!

Nimuririmbire Umwami wacu amashemezo, nimumuririmbire!

 7 Kuko Imana ari Umwami w’isi yose+.

Nimuyiririmbire amashemezo mubigiranye ukwiyubara*.

 8 Imana ibaye Umwami w’amahanga+.

Imana ivyagiye ku ntebe yayo nyeranda.

 9 Abategetsi b’amahanga bakoraniye hamwe

n’abantu b’Imana ya Aburahamu.

Kuko Imana ifise ububasha ku batware* b’isi.

Icubahiro cayo ni cinshi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika