ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 80
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi: ibirimwo

      • Basaba Umwungere wa Isirayeli ngo asubire kubatonesha

        • «Ewe Mana, nusubire kudutonesha» (3)

        • Isirayeli ni umuzabibu w’Imana (8-15)

Zaburi 80:akajambo k’intangamarara

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 25:1

Zaburi 80:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «hagati.»

  • *

    Canke «niwerekane ukwakaka kwawe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 77:20; Yes 40:11; Yr 31:10; Ezk 34:12; 1Pt 2:25
  • +Kv 25:20, 22; 1Sm 4:4

Zaburi 80:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 42:13
  • +Yes 25:9

Zaburi 80:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «nutume mu maso hawe hatumurikira.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 85:4; Int 5:21
  • +Gh 6:25; Zb 67:1, 2

Zaburi 80:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «gushavuzwa.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 74:1; 85:5; Int 3:44

Zaburi 80:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 44:13; 79:4

Zaburi 80:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «nutume mu maso hawe hatumurikira.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 80:3, 19

Zaburi 80:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 5:7
  • +Zb 44:2; 78:55; Yr 2:21

Zaburi 80:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:28, 30; Yos 24:12, 13; 1Bm 4:25

Zaburi 80:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni uruzi Efurate.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:18; Kv 23:31; 1Bm 4:21; Zb 72:8

Zaburi 80:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 5:5
  • +Nah 2:2

Zaburi 80:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 18:9; 24:1; 25:1; 2Ng 32:1; Yr 39:1

Zaburi 80:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 63:15

Zaburi 80:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «igishitsi c’umuzabibu.»

  • *

    Canke «ishami.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 5:7; Yr 2:21
  • +Kv 4:22; Yes 49:5

Zaburi 80:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «kubera igitsure co mu maso hawe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 79:5; Yr 52:12, 13

Zaburi 80:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 89:20, 21

Zaburi 80:19

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «nutume mu maso hawe hatumurikira.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 80:7

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 80:akajambo k’intangamarara1Ng 25:1
Zab. 80:1Zb 77:20; Yes 40:11; Yr 31:10; Ezk 34:12; 1Pt 2:25
Zab. 80:1Kv 25:20, 22; 1Sm 4:4
Zab. 80:2Yes 42:13
Zab. 80:2Yes 25:9
Zab. 80:3Zb 85:4; Int 5:21
Zab. 80:3Gh 6:25; Zb 67:1, 2
Zab. 80:4Zb 74:1; 85:5; Int 3:44
Zab. 80:6Zb 44:13; 79:4
Zab. 80:7Zb 80:3, 19
Zab. 80:8Yes 5:7
Zab. 80:8Zb 44:2; 78:55; Yr 2:21
Zab. 80:9Kv 23:28, 30; Yos 24:12, 13; 1Bm 4:25
Zab. 80:11It 15:18; Kv 23:31; 1Bm 4:21; Zb 72:8
Zab. 80:12Yes 5:5
Zab. 80:12Nah 2:2
Zab. 80:132Bm 18:9; 24:1; 25:1; 2Ng 32:1; Yr 39:1
Zab. 80:14Yes 63:15
Zab. 80:15Yes 5:7; Yr 2:21
Zab. 80:15Kv 4:22; Yes 49:5
Zab. 80:16Zb 79:5; Yr 52:12, 13
Zab. 80:17Zb 89:20, 21
Zab. 80:19Zb 80:7
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Zaburi 80:1-19

Zaburi

Ku mukuru w’abaririmvyi: bayiririmbira kw’ijwi ryitwa «Amalisi.» Ni zaburi ya Asafu+ igenewe kwibutsa.

80 Ewe Mwungere wa Isirayeli, nutege ugutwi,

wewe uyobora Yozefu nk’ubusho bw’ibitungwa+.

Wewe wicaye ku ntebe y’ubwami hejuru* y’abakerubi+,

nusayangane*!

 2 Niwerekane ububasha bwawe+

imbere ya Efurayimu na Benyamini na Manase,

uze udukize+.

 3 Ewe Mana, nusubire kudutonesha+.

Nuturabe ryiza*, uturokore+.

 4 Ewe Yehova Mana Nyeningabo, uzogeza ryari kuterekwa* isengesho ry’abantu bawe+?

 5 Ubagaburira amosozi mu kibanza c’ibifungurwa,

ukabanywesha amosozi atagira uko angana.

 6 Wararetse ababanyi bacu baratuniganira.

Abansi bacu baguma badutwenga uko bishakiye+.

 7 Ewe Mana Nyeningabo, nusubire kudutonesha.

Nuturabe ryiza*, uturokore+.

 8 Wakuye umuzabibu+ mu Misiri,

uraheza wirukana amahanga kugira uwutere mu gihugu cayo+.

 9 Warawuteguriye ikibanza,

maze urashora imizi wuzura igihugu cose+.

10 Igitutu cawo carapfutse imisozi,

amashami yawo na yo apfuka amasederi y’Imana.

11 Amashami yawo yarakuze arashika no ku kiyaga,

imivyaro yawo na yo ishika kuri rwa ruzi runini*+.

12 Kubera iki wasenyuye uruhome rw’amabuye ruwuzitiye+,

ku buryo abahita bose biyamurira inzabibu zawo+?

13 Ingurube zo mw’ishamba ziguma ziwonona,

kandi ibikoko vyo mu gahinga biguma biwurya+.

14 Ewe Mana Nyeningabo, turakwinginze ugaruke.

Niwitegereze hasi uri mw’ijuru, urabe ibiriko biraba.

Niwitwararike uyu muzabibu+,

15 agashami* wibadikiye n’ukuryo kwawe+,

urabe umwana* wakomeje ku bw’ubuninahazwa bwawe+.

16 Uwo muzabibu wariciwe, uraturirwa+.

Abantu barayogeye kubera ugukankama kwawe*.

17 Ese ukuboko kwawe kwoshigikira umuntu ari iburyo bwawe,

umwana wakomeje ku bw’ubuninahazwa bwawe+.

18 Natwe rero ntituzosubira inyuma ngo tuguhebe.

Nutuzigamire ubuzima kugira twambaze izina ryawe.

19 Ewe Yehova Mana Nyeningabo, nusubire kudutonesha.

Nuturabe ryiza*, uturokore+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika