ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 88
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi: ibirimwo

      • Isengesho ryo gusaba gukingirwa urupfu

        • «Ndi ku munwa w’icobo» (3)

        • «Nguma ndagusenga buri gitondo» (13)

Zaburi 88:akajambo k’intangamarara

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «masikili.» Raba Insiguro y’amajambo (Masikili).

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 20:19
  • +1Bm 4:30, 31; 1Ng 2:6

Zaburi 88:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 27:9; Yes 12:2
  • +Zb 22:2

Zaburi 88:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «niwuname wumvirize.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 8:30
  • +Zb 141:1

Zaburi 88:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ukuzimu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 71:20
  • +Yes 38:10

Zaburi 88:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «mu mva.»

  • *

    Canke «nacitse nk’umuntu atagira utuguvu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 143:7
  • +Zb 31:12

Zaburi 88:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Zaburi 88:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 90:7; 102:10

Zaburi 88:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 19:13, 19; Zb 31:11; 142:4

Zaburi 88:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 17:7; Zb 42:3; Int 3:49
  • +Zb 55:17

Zaburi 88:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 14:14; Zb 115:17; Yes 38:18

Zaburi 88:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «urukundo rudahemuka (rudahera).»

  • *

    Canke «muri Abadoni.» Raba Insiguro y’amajambo (Abadoni).

Zaburi 88:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 2:16; 8:10; 9:5

Zaburi 88:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 46:1
  • +Zb 55:17; 119:147

Zaburi 88:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 43:2
  • +Yb 13:24; Zb 13:1

Zaburi 88:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 17:1

Zaburi 88:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 102:10

Zaburi 88:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «bikanyugariza vyose icarimwe.»

Zaburi 88:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 19:13; Zb 31:11; 38:11; 142:4

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 88:akajambo k’intangamarara2Ng 20:19
Zab. 88:akajambo k’intangamarara1Bm 4:30, 31; 1Ng 2:6
Zab. 88:1Zb 27:9; Yes 12:2
Zab. 88:1Zb 22:2
Zab. 88:21Bm 8:30
Zab. 88:2Zb 141:1
Zab. 88:3Zb 71:20
Zab. 88:3Yes 38:10
Zab. 88:4Zb 143:7
Zab. 88:4Zb 31:12
Zab. 88:7Zb 90:7; 102:10
Zab. 88:8Yb 19:13, 19; Zb 31:11; 142:4
Zab. 88:9Yb 17:7; Zb 42:3; Int 3:49
Zab. 88:9Zb 55:17
Zab. 88:10Yb 14:14; Zb 115:17; Yes 38:18
Zab. 88:12Ums 2:16; 8:10; 9:5
Zab. 88:13Zb 46:1
Zab. 88:13Zb 55:17; 119:147
Zab. 88:14Zb 43:2
Zab. 88:14Yb 13:24; Zb 13:1
Zab. 88:15Yb 17:1
Zab. 88:16Zb 102:10
Zab. 88:18Yb 19:13; Zb 31:11; 38:11; 142:4
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Zaburi 88:1-18

Zaburi

Ni zaburi y’abahungu ba Kora+. Ku mukuru w’abaririmvyi: bayiririmbira ku mudiho wa Mahalati* bakurakuranwa. Ni indirimbo* ya Hemani+ mwene Zera.

88 Ewe Yehova, Mana y’ubukiriro bwanje+,

ndagutabaza ku murango,

kandi no mw’ijoro nza imbere yawe+.

 2 Ese isengesho ryanje ryogushikira+!

Nutege ugutwi* ugutabaza kwanje+.

 3 Kuko ubuzima bwanje bwuzuyemwo ivyago+,

kandi ndi ku munwa w’icobo*+.

 4 Nsigaye mparurwa mu baja mu cobo*+,

kandi meze nk’umuntu atagira gitabara*+,

 5 yahebewe mu bapfuye.

Nsigaye meze nk’abantu bishwe baryamye mu mva,

abantu utacibuka

kandi utacitwararika.

 6 Wantereye mu kinogo kirekire cane,

ahantu h’umwiza, mu nyenga* nini.

 7 Waranshavuriye cane+,

imipfunda yawe isuriranya yarandengeye. (Sela*)

 8 Watumye abo tuzinanye bahungira kure yanje+,

utuma nsigara ndabashisha.

Nafashwe n’umutego kandi sinshobora kuwuvamwo.

 9 Amaso yararotse kubera amagorwa menshi+.

Ewe Yehova, ndakwambaza bukarinda bwira+.

Ni wewe nsenga ndugije amaboko.

10 Mbega abapfuye wobakorera ibitangaza?

Canke abari mu kuzimu bohaguruka bakagushemeza+? (Sela)

11 Mbega urukundo* rwawe rwotangazwa mu kuzimu?

Ukudahemuka kwawe kwotangazwa mu kibanza c’agatikizo*?

12 Mbega ibitangaza vyawe vyomenyekana ahantu h’umwiza?

Ubugororotsi bwawe bwomenyekana mu gihugu c’abibagiwe+?

13 Ariko jewe nguma ntabaza wewe, ewe Yehova+,

nguma ndagusenga buri gitondo+.

14 Kubera iki umpeba ga Yehova+?

Kubera iki umpisha mu maso hawe+?

15 Kuva nkiri umwana,

nakuriye mu magorwa kandi nkama ngarukira ku cobo+.

Nsigaye naratimvye kubera ibibi ureka bikanshikira.

16 Ishavu ryawe rirurumba ryandengeye+.

Ibintu biteye ubwoba unkorera bihakwa kunyica.

17 Birankikuza nk’amazi bukarinda bwira,

bikanyugariza impande zose*.

18 Watumye abagenzi n’abo tuzinanye bahungira kure yanje+.

Umwiza ni wo mugenzi nsigaranye.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika