ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 13
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi: ibirimwo

      • Ndashashaye ubukiriro bwa Yehova

        • «Ewe Yehova, uzonyibagira gushika ryari?» (1, 2)

        • Yehova yangiriye ivyiza vyinshi (6)

Zaburi 13:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 13:24; Zb 6:3; 22:2

Zaburi 13:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 22:7, 8

Zaburi 13:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «sinsinzire mu rupfu.»

Zaburi 13:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 25:2; 35:19

Zaburi 13:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «urukundo rudahemuka (rudahera).»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 52:8; 147:11; 1Pt 5:6, 7
  • +1Sm 2:1

Zaburi 13:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «yampaye impera nyinshi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 116:7; 119:17

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 13:1Yb 13:24; Zb 6:3; 22:2
Zab. 13:2Zb 22:7, 8
Zab. 13:4Zb 25:2; 35:19
Zab. 13:5Zb 52:8; 147:11; 1Pt 5:6, 7
Zab. 13:51Sm 2:1
Zab. 13:6Zb 116:7; 119:17
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Zaburi 13:1-6

Zaburi

Ku mukuru w’abaririmvyi. Ni zaburi ya Dawidi.

13 Ewe Yehova, uzonyibagira gushika ryari? Ibihe bidahera?

Uzompisha mu maso hawe gushika ryari+?

 2 Nzogumana amaganya gushika ryari?

Nzogumana intuntu mu mutima uko bukeye uko bwije?

Umwansi wanje azoguma antsinda gushika ryari+?

 3 Ewe Yehova Mana yanje, nundabe unyishure!

Numurikire amaso yanje kugira simpfe*,

 4 kugira umwansi wanje ntahave yigamba ngo: «Namutsinze!»

Ntureke ngo abandwanya banezerwe n’uko natemvye+.

 5 Ariko jewe urukundo* rwawe ni rwo nizigiye+.

Umutima wanje uzohimbarirwa ubukiriro utanga+.

 6 Nzoririmbira Yehova, kuko yangiriye ivyiza vyinshi*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika