Zaburi 117 Shemeza Yehova, mwa mahanga mwese+!Imigwi yose y’abantu nimuninahaze+! 2 Kuko urukundo* adukunda ari rwinshi+.Ubwizigirwa+ bwa Yehova bwamaho ibihe vyose+. Shemeza Yehova*+!