ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 123
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi: ibirimwo

      • Guhanga amaso Yehova ngo atugirire ubuntu

        • «Duhanze amaso Yehova nk’abasuku» (2)

        • «Twarasuzuguwe bihagije» (3)

Zaburi 123:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 25:15; 121:1

Zaburi 123:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 119:82; 130:6
  • +Int 3:25; Mik 7:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2018, rup. 12-13

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2006, rup. 15

Zaburi 123:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 4:4; Zb 44:13

Zaburi 123:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «birenze.»

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 123:1Zb 25:15; 121:1
Zab. 123:2Zb 119:82; 130:6
Zab. 123:2Int 3:25; Mik 7:7
Zab. 123:3Neh 4:4; Zb 44:13
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Zaburi 123:1-4

Zaburi

Ni indirimbo y’abariko baraduga.

123 Wewe wicaye ku ntebe y’ubwami mw’ijuru,

ni wewe mpanze amaso+.

 2 Nka kurya abasuku baguma bahanze amaso ukuboko kwa shebuja,

abasukukazi na bo bakaguma bahanze amaso ukuboko kwa inabuja,

ni ko tuguma duhanze amaso Yehova Imana yacu+,

gushika atugiriye ubuntu+.

 3 Tugirire ubuntu, ewe Yehova, tugirire ubuntu

kuko twasuzuguwe bihagije+.

 4 Abantu bibona baradutwenze bihagije*,

abantu bagayana baradusuzuguye bihagije.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika