ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 140
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi: ibirimwo

      • Yehova ni Umukiza akomeye

        • Abanyakibi bameze nk’inzoka (3)

        • Inkozi z’ikibi zizorandurwa (11)

Zaburi 140:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 18:48; 59:1

Zaburi 140:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 64:2, 6

Zaburi 140:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «rurakarishe.»

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 52:1, 2; 58:3, 4
  • +Rm 3:13; Yak 3:8

Zaburi 140:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 17:8; 36:11; 71:4

Zaburi 140:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 10:9
  • +Yr 18:22

Zaburi 140:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 28:2; 55:1

Zaburi 140:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 17:37

Zaburi 140:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 15:31; Zb 27:12

Zaburi 140:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 7:16; Img 12:13

Zaburi 140:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «mu vyobo birimwo amazi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 11:5, 6
  • +Zb 55:23

Zaburi 140:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «mu gihugu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 12:3

Zaburi 140:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 10:17, 18; 22:24

Zaburi 140:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 23:6

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 140:1Zb 18:48; 59:1
Zab. 140:2Zb 64:2, 6
Zab. 140:3Zb 52:1, 2; 58:3, 4
Zab. 140:3Rm 3:13; Yak 3:8
Zab. 140:4Zb 17:8; 36:11; 71:4
Zab. 140:5Zb 10:9
Zab. 140:5Yr 18:22
Zab. 140:6Zb 28:2; 55:1
Zab. 140:71Sm 17:37
Zab. 140:82Sm 15:31; Zb 27:12
Zab. 140:9Zb 7:16; Img 12:13
Zab. 140:10Zb 11:5, 6
Zab. 140:10Zb 55:23
Zab. 140:11Zb 12:3
Zab. 140:12Zb 10:17, 18; 22:24
Zab. 140:13Zb 23:6
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Zaburi 140:1-13

Zaburi

Ku mukuru w’abaririmvyi. Ni zaburi ya Dawidi.

140 Ewe Yehova, nunkize abantu b’ababisha.

Nunkingire abantu b’inkozi z’ikibi+,

 2 barya bategura ikibi mu mitima yabo+

kandi bakirirwa baratera amatati.

 3 Ururimi rwabo rurakomorana* nk’urw’inzoka+,

kandi mu kanwa kabo huzuyeyo ubumara bw’imamba+. (Sela*)

 4 Ewe Yehova, nunkingire amaboko y’ababisha+.

Nundinde abantu b’inkozi z’ikibi,

bafise umugambi wo kuntembagaza.

 5 Abishira hejuru baranyegeza umutego wo kumfata,

bagasanza urusenga iruhande y’inzira+ bakoresheje imigozi.

Barantega imitego+. (Sela)

 6 Nabwiye Yehova nti: «Uri Imana yanje.

Ewe Yehova, niwumvirize ugutabaza kwanje+.»

 7 Ewe Yehova Mukama Segaba, Mukiza wanje akomeye,

ni wewe ukingira umutwe wanje mu gihe c’intambara+.

 8 Ewe Yehova, ntuhe ababisha ivyo bipfuza.

Ntureke ngo imigambi yabo mibi iroranirwe, kugira ntibishire hejuru+. (Sela)

 9 Ese ibibi bivugwa n’abankikuje

vyogaruka ku gatwe kabo+!

10 Amakara yaka nabagweko nk’imvura+!

Ese botabwa mu muriro,

mu vyobo birebire*+, kugira ntibasubire guhaguruka!

11 Ese abambika ibara abandi batoronka ikibanza kw’isi*+!

Ese ikibi cokurikirana inkozi z’ikibi kikazirandura!

12 Ndazi ko Yehova azoburanira umuntu mutoyi

kandi agatunganiriza umukene+.

13 Emwe, abantu b’intungane bazoshemeza izina ryawe.

Abagororotsi bazokwama imbere yawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika