ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • “Umugore w’agahebuza”
    Umunara w’Inderetsi—2012 | 1 Gitugutu
    • Rusi ashitse i muhira, Nawomi yamubajije ati: “Uri nde ga mukobwa wanje?” Nawomi ashobora kuba yamubajije ico kibazo kubera butari bwace neza, ariko kandi Nawomi yashaka kumenya ko Rusi yoba yari akiri wa mupfakazi yirebanga canke ko yari yaronse icizigiro co gusubira kwubaka urwiwe. Rusi ntiyatevye kwiganira inabukwe uko ibintu vyose vyari vyagenze hagati yiwe na Bowazi. Yaciye amushikiriza n’ingabirano y’intete za sayiri nyinshi Bowazi yari yamurungikanye ngo azimuhe.d​—Rusi 3:16, 17.

  • “Umugore w’agahebuza”
    Umunara w’Inderetsi—2012 | 1 Gitugutu
    • d Bowazi yahaye Rusi ingero zitandatu zitazwi neza uburemere, kumbure akaba yashaka kwerekana yuko nk’uko imisi itandatu y’ibikorwa yakurikirwa n’akaruhuko k’Isabato, ari na ko imisi Rusi yari amaze acumukuzwa n’ubupfakazi itotevye kurangira akagira ‘akaruhuko’ kava ku kuronka umugabo n’urugo rutekanye. Ku rundi ruhande, izo ngero zitandatu zishobora kuba zangana n’ibiyozo bitandatu, zikaba kumbure ari zo Rusi yari ashoboye gutwara.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika