ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • ‘Tugirire umwete ibikorwa vyiza’!
    Umunara w’Inderetsi—2009 | 15 Ruheshi
    • 4, 5. Ni mu buryo butandukanye ubuhe abami bane b’Abayuda bagaragaje ko bagiriye umwete ibikorwa vyiza?

      4 Asa, Yehoshafati, Hezekiya na Yosiya bose baragize isekeza ryo kurandurana n’imizi ugusenga ibigirwamana. Asa “[yarakuyeho] ibicaniro vyubakiwe ibigirwamana vy’abanyamahanga bo n’ibitabo vyo ku mpinga z’imisozi, amenagura amabuye bāshinze, atemagura inkingi bāshingiye Ashera.” (2 Ngo. 14:3) Yehoshafati, abitumwe n’umwete mwinshi yari afitiye ugusenga Yehova, “[yarakuye] mu Buyuda ibitabo vyatabge mu mpinga z’imisozi n’inkingi zashingiwe Ashera.”​—2 Ngo. 17:6; 19:3.a

  • ‘Tugirire umwete ibikorwa vyiza’!
    Umunara w’Inderetsi—2009 | 15 Ruheshi
    • a Asa ashobora kuba ari we yakuyeho ibibanza bikirurutse vyari bifitaniye isano n’ugusenga kw’imana z’ikinyoma, ariko ntiyakuraho ivyo abanyagihugu basengeramwo Yehova. Canke na ho bishoboka ko ivyo bibanza bikirurutse vyoba vyasubiye kwubakwa mu gice ca nyuma c’ingoma ya Asa be n’uko vyakuweho n’umuhungu wiwe Yehoshafati.​—1 Abm. 15:14; 2 Ngo. 15:17.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika