ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w14 1/3 rup. 6
  • Urwo rubanza ntiruze rugucike!

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urwo rubanza ntiruze rugucike!
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2014
  • Ivyo bijanye
  • Icibutso c’urupfu rwa Yezu kizoba ryari kandi kizobera he?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2015
  • Imfungurwa z’Umukama zo ku Mugoroba zirafise insobanuro ihambaye kuri wewe
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2003
  • Urupfu rwa Yezu dukwiye kurwibuka gute?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
  • Ni Kubera Iki Dukwiye Guhimbaza Imfungurwa z’Umukama zo ku Mugoroba?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2003
Ibindi
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2014
w14 1/3 rup. 6
Yezu aramvuye ukuboko aguha ikaze ku Cibutso

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO | IVYO IMANA IMAZE KUGUKORERA

Urwo rubanza ntiruze rugucike!

Mw’ijoro ry’imbere y’uko Yezu atanga ubuzima bwiwe, yarategetse abayoboke biwe b’abizigirwa kwibuka ikimazi yagira atange. Akoresheje umukate utambiwe n’umuvinyu utukura, yaratanguje Imfungurwa z’Umukama zo ku mugoroba maze abategeka ati: “Muragume mugira ibi mu kunyibuka.”​—Luka 22:19.

Buri mwaka, Ivyabona vya Yehova bo kw’isi yose barahimbaza urupfu rwa Yezu kw’igenekerezo rwabereyeko. Muri uwu mwaka wa 2014, ico Cibutso kizoba ku wa mbere igenekerezo rya 14 Ndamukiza, izuba rirenze.

Uratumiwe n’igishika cinshi kuri iryo koraniro, ahazosigurwa vyinshi ku bijanye n’insobanuro y’incungu Yezu yatanze mu kudupfira. Kwitaba iryo koraniro ni ku buntu kandi nta mahera azotozwa. Uwaguhaye iki kinyamakuru arashobora kukubwira isaha ico Cibutso kizoberako n’aho kizobera ng’aho iwanyu, canke ukavyirabira ku muhora wacu jw.org. Turagusavye iryo genekerezo uryandike ahantu, kugira ngo urwo rubanza ntiruze rugucike.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika