ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • sn ururirimbo 104
  • Shemeze Ya hamwe nanje!

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Shemeze Ya hamwe nanje!
  • Turirimbire Yehova
  • Ivyo bijanye
  • Shemeza Ya hamwe nanje!
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Shemeza Ya hamwe nanje!
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Shemeza Ya ku bw’Umwana wiwe yarobanuwe
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Shemeza Yehova kubera Ubwami bwiwe
    Turirimbire Yehova
Ibindi
Turirimbire Yehova
sn ururirimbo 104

Ururirimbo 104

Shemeze Ya hamwe nanje!

Integuro icapuwe

(Zaburi 146:2)

1. Shemeze Ya

Hamwe nanje!

Aratanga bimwe bitangaje.

Tumuhaye,

Tumwizere.

Urukundo rwiwe ni ntangere.

Kumuhaya tubishir’imbere.

2. Shemeze Ya

Hamwe nanje!

Araturons’ivyo tumusavye.

Ni we Mana,

Mugwaneza.

Impwemu yiw’iradukomeza,

Turamuyaga tukamukeza.

3. Shemeze Ya

Hamwe nanje!

Ni kiremesha mu biduhanze.

Azovura

Imitima

Bose bahimbarwe mu buzima.

Tumuyage twame tumushima!

(Raba kandi Zab. 94:18, 19; 145:21; 147:1; 150:2.)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika