ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ssb ururirimbo 203
  • Yehova ararongora abantu biwe

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Yehova ararongora abantu biwe
  • Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyo bijanye
  • Yehova we, uri inkomezi zacu!
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Yehova, nkomezi zacu
    Turirimbire Yehova
  • “Yehova ni Umwungere wanje”
    Turirimbire Yehova
  • ‘Yehova ni we mwungere wanje’
    Ririmbira Yehova amashemezo
Ibindi
Ririmbira Yehova amashemezo
Ssb ururirimbo 203

Ururirimbo rwa 203

Yehova ararongora abantu biwe

(Zaburi 31:3)

1. Ubumenyi Yehov’aratanga.

Abantu biw’akabayobor’abengenga.

Arareka ngo twihitiremwo

Aronder’ingen’ukuri kwotwinjiramwo.

2. Bukebuke, igihe kigeze,

Agend’ahishur’ibintu nk’uko bimeze.

Wa ‘mubwiriza’ ntac’aduhisha;

Ubuyobozi nk’ubwo buradushimisha.

3. Inyobozo zo zirakosora,

Mbere n’abagororotse barakomera.

Duhinduye nk’uko tubibwiwe,

Yehov’aturongora ku bw’izina ryiwe.

4. Turashima ukunt’adufasha

Wa muco w’ukuri kwiwe akatwumvisha.

Yehova n’Umukunzi ntangere,

N’ubu ni w’azoturongora nuvyemere.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika