ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ssb ururirimbo 22
  • Umvira ubutumwa bwa Yuda

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Umvira ubutumwa bwa Yuda
  • Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyo bijanye
  • ‘Nurwane Intambara Ikomeye y’Ukwizera’!
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—1998
  • Dutegerezwa kurwana kugira tugume mu kuri
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Impanuro zerekeye ukwizera, ingeso be n’urukundo
    Bibiliya—Irimwo ubutumwa ubuhe?
  • Ibikurubikuru vyo mu makete ya Yohani no mw’ikete rya Yuda
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2008
Ibindi
Ririmbira Yehova amashemezo
Ssb ururirimbo 22

Ururirimbo rwa 22

Umvira ubutumwa bwa Yuda

(Yuda 21)

1. Ijambo Yud’avuga

Turyumve ningoga.

Twaryandikiwe twese

Dushikam’icese.

Riduh’impanuro nziza,

’Nguvu tukironkera.

Ukwizera kugakomera.

2. Imbur’iy’itomoye

Ib’itubogoye.

Shetan’araturwanya

’Rwenge tukamenya.

Atwosha guheb’Imana

N’akarimi gasosa.

Rek’umwete wiw’upf ’ubusa!

3. Naho har’ababisha

Baturyosharyosha,

Kuguma ku rukundo

Rw’Imana ni ’ngendo;

’Jambo rya Yuda rituma

Ata wutur’ingiga!

Abahakanyi tukikinga.

4. Nurwanir’ukwizera

’Mabok’utarera.

’Mahoro n’imbabazi

Bibe vyinshi nanzi.

Duter’iteka ya Mana

Yehova dutazira,

Yezu ni w’atuber’inzira.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika