ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ssb ururirimbo 161
  • Senga Yehova buri musi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Senga Yehova buri musi
  • Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyo bijanye
  • Senga Yehova buri musi
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Senga Yehova buri musi
    Turirimbire Yehova
  • Yehova yoba atwumviriza?
    Niwumvirize Imana maze ubeho ibihe bidahera
  • Kwiyegereza Imana mw Isengesho
    Ni Ibiki Imana Idusaba?
Ibindi
Ririmbira Yehova amashemezo
Ssb ururirimbo 161

Ururirimbo rwa 161

Senga Yehova buri musi

(1 Ab’i Tesalonike 5:17)

1. Senga Yehova arumviriza.

N’iteka kuba tumushemeza.

Kuri we turavug’ata bwoba.

Ni we Dawe yumv’ivyo dusaba.

Musenge buri musi.

2. Senga Yehova, atuma bwira.

Aguharire nk’uk’uharira.

Mu bigeragezo ntituganya.

Kw’adukingira ntituzotinya.

Musenge buri musi.

3. Senga Yehova no mu ngorane.

Iwe imitwaro tuyijane.

Tumukorer’amaganya yose;

N’umuhezagiro twe twaronse.

Musenge buri musi.

4. Senga Yehova umushimire.

Mushemez’umukengurukire.

Yagira Yehov’umuhishuka;

Ni h’ivyiza vyiwe wobironka.

Musenge buri musi.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika