ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • sn ururirimbo 105
  • Amajuru aninahaza Imana

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Amajuru aninahaza Imana
  • Turirimbire Yehova
  • Ivyo bijanye
  • Amajuru araninahaza Imana
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Amajuru amenyesha ubuninahazwa bw’Imana
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyaremwe birahishura ubuninahazwa bwa Yehova
    Turirimbire Yehova
  • Nuninahaze Yehova
    Turirimbire Yehova tunezerewe
Ibindi
Turirimbire Yehova
sn ururirimbo 105

Ururirimbo 105

Amajuru aninahaza Imana

Integuro icapuwe

(Zaburi 19)

1. Amajuru aninahaz’Imana.

Rab’ivyo yakoze, Vyuzuy’ikirere.

Inyenyeri ziramushemeza,

Zikerekana kw’ari we Mukuru ntangere.

2. Itegeko rya Yehova ni ryiza,

Ivyibutsa vyiwe Biratuyobora.

Ategeka ibigororotse.

Kand’avug’ibityoroye Vyo kutubogora.

3. Kumutinya kwamah’ibihe vyose.

Ibwirizwa ryiwe Rifis’agaciro

Karengeye karya k’inzahabu.

Dutangaz’izina ryiwe, Ni we buhungiro.

(Raba kandi Zab. 111:9; 145:5; Ivyah. 4:11.)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika