ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb17 Mukakaro rup. 7
  • Ubuhanuzi bwa Tiro butuma twizigira cane Ijambo rya Yehova

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ubuhanuzi bwa Tiro butuma twizigira cane Ijambo rya Yehova
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
  • Ivyo bijanye
  • Woba wari ubizi?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2008
  • Igitabu wokwizigira—Igice ca 5
    Be maso!—2011
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
mwb17 Mukakaro rup. 7

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | EZEKIYELI 24-27

Ubuhanuzi bwa Tiro butuma twizigira cane Ijambo rya Yehova

Integuro icapuwe

Igitabu ca Ezekiyeli caravuze ido n’ido ukuntu igisagara ca Tiro cotikijwe.

Ikarata yerekana igisagara ca Tiro cari i musozi n’icari mu mazi
  • Umwami Nebukadinezari

    26:7-11

    Inyuma yo mu 607 imbere ya Kristu, ni nde yatikije igisagara ca Tiro cari i musozi?

  • Alegizandere Mukuru

    26:4, 12

    Mu 332 imbere ya Kristu, ni nde yafashe ibihomvagurike vya nya gisagara abisuka mu kiyaga kugira ajabuke gutikiza igisagara ca Tiro co mu mazi?

Ni ubuhanuzi bw’ido n’ido ubuhe ushashaye kubona burangutse?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika