ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 12/13 rup. 7
  • Nubafashe ‘kutanyiganyiga mu kwizera’

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nubafashe ‘kutanyiganyiga mu kwizera’
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2013
  • Ivyo bijanye
  • Inyishu ku bibazo vyanyu
    Igikorwa dukorera Ubwami—2011
  • Ingene twokwigisha umuntu Bibiliya agashika ku kubatizwa​—Igice ca kabiri
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2020
  • Nufashe abo wigisha Bibiliya gutera imbere babatizwe
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2021
  • Ingene twokwigisha umuntu Bibiliya agashika ku kubatizwa​—Igice ca mbere
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2020
Ibindi
Igikorwa dukorera Ubwami—2013
km 12/13 rup. 7

Nubafashe ‘kutanyiganyiga mu kwizera’

Birateye umunezero kubona ingene Yehova ariko arahezagira itororokanywa ry’abantu, aho abarenga 250.000 babatizwa buri mwaka. (Gus. 28:2) Igihe umwamamaji afashije umutohoji akabatizwa, yoshobora kugira impengamiro yo kutabandanya amwigisha, akibanda cane ku gufasha abandi. Uwo mutohoji na we nyene yoshobora kugira impengamiro yo guhagarika kwiga kugira ngo ahebere ubusuku umwanya wiyongereye. Ariko, birahambaye ko abatohoji ba Bibiliya bagira umushinge mwiza mu kuri. Barakeneye ‘gushinga imizi’ muri Kristu no ‘kutanyiganyiga mu kwizera.’ (Kol. 2:6, 7; 2 Tim. 3:12) Ku bw’ivyo, umutohoji amaze kubatizwa, akwiye kubandanya kugirirwa inyigisho ya Bibiliya gushika arangije igitabu Ivyo Bibiliya yigisha be n’igitabu ‘Urukundo rw’Imana.’—Raba Igikorwa dukorera Ubwami co muri Ndamukiza 2011, ku rupapuro rwa 2.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika