ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Ntwarante rup. 2
  • “Uwo wese ashaka gucika mukuru muri mwebwe ategerezwa kuba umusuku wanyu”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Uwo wese ashaka gucika mukuru muri mwebwe ategerezwa kuba umusuku wanyu”
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Ivyo bijanye
  • Nutsimbataze ukubona ubukuru nk’uko Kirisitu yabubona
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2004
  • Yezu yarakunda abantu
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Bagumye bavuga Ijambo ry’Imana n’ubutinyutsi
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • “Mwiyubare umwambiro w’Abafarizayo”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Ntwarante rup. 2

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | MATAYO 20-21

“Uwo wese ashaka gucika mukuru muri mwebwe ategerezwa kuba umusuku wanyu”

20:28

Umufarizayo ari mu kaguriro

Abanditsi n’Abafarizayo b’ubwibone barakunda ko abantu bababona be n’uko babaramutsa mu kaguriro

Abanditsi n’Abafarizayo bashaka ko abandi babatangarira, bagashaka no kuboneka ko bahambaye. (Mt 23:5-7) Yezu we si ko yari ameze. “Umwana w’umuntu yaje, atari kugira akorerwe, ariko kugira akorere abandi.” (Mt 20:28) Mu bikorwa turangurira Yehova, twoba twitunira canecane ku bishobora gutuma tumenyekana canke duhayagizwa? Nimba dushaka kuba abahambaye mu nyonga za Yehova, tuzoshira imbere ivyungura abandi nka kumwe kwa Kristu. Bene ivyo bikorwa usanga kenshi bitabonwa n’abantu, bibonwa na Yehova gusa. (Mt 6:1-4) Umusuku yicisha bugufi . . .

  • arakora ibikorwa vyo gusukura no kubungabunga Ingoro y’Ubwami

  • aribwiriza gufasha abageze mu zabukuru be n’abandi

  • aratanga intererano kugira ashigikire ivyungura Ubwami

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika