ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Rusama rup. 4
  • “Ihwa mu mubiri” wa Paulo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Ihwa mu mubiri” wa Paulo
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ivyo bijanye
  • Barihanganiye Amahwa Mu Mibiri Yabo
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2002
  • Kwihanganira ‘Ihwa mu Mubiri’
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2002
  • Urashobora kuba umunyabubasha naho woba uri n’ubugoyagoye
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2008
  • Ni kubera iki hari amasengesho atishurwa?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2009
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Rusama rup. 4

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | 2 ABAKORINTO 11-13

“Ihwa mu mubiri” wa Paulo

12:7-10

Muri Bibiliya, akenshi amahwa akoreshwa mu mvugo y’ikigereranyo. Ashobora kwerekeza ku bantu babuza abandi amahoro canke babateza ingorane, canke ku bintu biteza ingorane. (Gh 33:55; Img 22:5; Ezk 28:24) Igihe Paulo yavuga ivyerekeye “ihwa mu mubiri” wiwe, ashobora kuba yashaka kuvuga intumwa z’ikinyoma canke abandi bantu batemera ko Paulo yari intumwa kandi bakanegura igikorwa ciwe. Ivyanditswe bikurikira vyerekana ko ‘ihwa Paulo yari afise mu mubiri’ rishobora kandi kuba ryerekeza kuki?

  • Intumwa Paulo yifashe ku mutwe

    Ivk 23:1-5

  • Gl 4:14, 15

  • Gl 6:11

‘Ihwa ugendana mu mubiri’ ni irihe?

Wokwiheka gute kuri Yehova kugira agufashe kwihangana?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika