ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Mukakaro rup. 2
  • Mwambure wa muntu wa kera, hanyuma mwambare mushasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Mwambure wa muntu wa kera, hanyuma mwambare mushasha
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ivyo bijanye
  • Urashobora ‘kwambura wa muntu wa kera’
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2022
  • Nubandanye kwambara “wa muntu mushasha” n’inyuma y’ibatisimu
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2022
  • Wewe wipfuza kuba umuntu ameze gute?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2008
  • Ingene twoguma twambaye wa muntu mushasha
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2017
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Mukakaro rup. 2

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ABAKOLOSAYI 1-4

Mwambure wa muntu wa kera, hanyuma mwambare mushasha

3:5-14

Mushiki wacu ariko arazirikana inyuma yo gusoma Bibiliya be n’igitabu Niwiyegereze Yehova

Woba waragize amahinduka akomeye igihe wamenya ukuri? Nta nkeka ko Yehova yahimbawe n’akigoro wagize. (Ezk 33:11) Ariko rero, urakeneye kubandanya ugira akigoro kugira ngo ingeso za wa muntu wa kera ntizisubire kuvyuka no kugira ngo ugume wambaye umuntu mushasha. Niwishure ibibazo bikurikira kugira ubone aho woshobora kuryohora:

  • Noba mfitiye inzika uwangiriye nabi?

  • Noba nihangana n’igihe nyene mba nihuta canke ndushe?

  • Igihe ngize ivyiyumviro vy’ubuhumbu, noba nca ndavyikuramwo ntatebaganye?

  • Noba mbona nabi abo tudasangiye ibara ry’urukoba canke ubwenegihugu?

  • Hoba hari uwo mperuka kubwira nabi canke gushavurira?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika