ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Myandagaro rup. 8
  • Nubone ubuzima nk’uko Yehova abubona

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nubone ubuzima nk’uko Yehova abubona
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Ivyo bijanye
  • Imitwe yo kuganirako ishingiye kuri Bibiliya
    Imitwe yo kuganirako ishingiye kuri Bibiliya
  • “Ukurokoka kwanyu . . . kuriko kuregereza”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • “Imana . . . igeza Aburahamu”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Niwubahe abandi
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2025
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Myandagaro rup. 8
Udufoto: 1. Umuvukanyi akiri muto atwaje mushiki wacu ageze mu zabukuru ivyo avuye gusuma. Bariko baduga mw’igorofa. 2. Mushiki wacu arabwiye inkuru nziza umugore asanze kw’ibombo.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | KUVAYO 21-22

Nubone ubuzima nk’uko Yehova abubona

21:20, 22, 23, 28, 29

Yehova araha agaciro ubuzima. None twomwigana gute muri uwo muce?

  • Nurushirize gukunda abandi wongere ububahe cane.​—Mt 22:39; 1Yh 3:15

  • Nugaragaze urwo rukundo mu kwamamaza n’umwete.​—1Kr 9:22, 23; 2Pt 3:9

  • Niwitwararike kwirinda amasanganya.​—Img 22:3

Kwubaha ubuzima biturinda gute kwagirwa n’amaraso?

Umuvukanyi arayuje ariko aratwara umuduga mw’ijoro ryitereye.
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika