UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Muzogeza ryari gucumbagira ku vyiyumviro bibiri bitandukanye?”
Eliya yarerekanye ko Abisirayeli babwirizwa gufata ingingo (1Bm 18:21; w17.03 14 ing. 6)
Bayali cari ikimana kitagira ubuzima (1Bm 18:25-29; ia 88 ing. 15)
Yehova yarerekanye mu buryo butangaje ko ari Imana (1Bm 18:36-38; ia 90 ing. 18)
Eliya yabwiye abantu ko bari bakwiye kugaragaza ukwizera kwabo mu kugamburuka Itegeko rya Yehova. (Gus 13:5-10; 1Bm 18:40) Muri iki gihe, turagaragaza ukwizera n’ukwihebera Imana mu kugamburuka amategeko ya Yehova duherejeko.